-
2 Ngoma 20:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Maze aho nyene mw’ishengero, impwemu ya Yehova iza kuri Yahaziyeli mwene Zakariya, Zakariya wa Benaya, Benaya wa Yeyeli, Yeyeli wa Mataniya. Yari Umulewi wo muri bene Asafu.
-