2 Ngoma 20:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Abo mu Buyuda bashitse ku munara w’inderetsi uri mu bugaragwa+ bakaraba aho iryo sinzi ryari, babona ni imivyimba gusa irambaraye hasi+. Nta n’umwe yari yarokotse.
24 Abo mu Buyuda bashitse ku munara w’inderetsi uri mu bugaragwa+ bakaraba aho iryo sinzi ryari, babona ni imivyimba gusa irambaraye hasi+. Nta n’umwe yari yarokotse.