2 Ngoma 20:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ku musi ugira kane bakoranira mu kiyaya ca Beraka, bashemeza* Yehova. Ni co gituma aho hantu hiswe ikiyaya ca Beraka*+ gushika n’uyu musi.
26 Ku musi ugira kane bakoranira mu kiyaya ca Beraka, bashemeza* Yehova. Ni co gituma aho hantu hiswe ikiyaya ca Beraka*+ gushika n’uyu musi.