2 Ngoma 20:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Mugabo ibibanza vyo gusengeramwo* ntivyakuweho+, kandi abantu ntibari bwategure umutima wabo ngo barondere Imana ya ba sekuruza+.
33 Mugabo ibibanza vyo gusengeramwo* ntivyakuweho+, kandi abantu ntibari bwategure umutima wabo ngo barondere Imana ya ba sekuruza+.