2 Ngoma 20:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ariko Eliyezeri mwene Dodavahu w’i Maresha avuga ubuhanuzi bwo kuburira Yehoshafati ati: «Ko wagiranye amasezerano na Ahaziya, Yehova azosambura ivyo wakoze+.» Nuko nya mato arasambuka+, ntivyakunda ko aja i Tarushishi.
37 Ariko Eliyezeri mwene Dodavahu w’i Maresha avuga ubuhanuzi bwo kuburira Yehoshafati ati: «Ko wagiranye amasezerano na Ahaziya, Yehova azosambura ivyo wakoze+.» Nuko nya mato arasambuka+, ntivyakunda ko aja i Tarushishi.