-
2 Ngoma 21:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Yehoramu n’abakomanda biwe baca bajabukana n’imikogote yiwe yose maze Abanyedomu baramukikuza we hamwe n’abakuru bajejwe imikogote. Mugabo ahengera mw’ijoro aravyuka, arabarwanya arabatsinda.
-