2 Ngoma 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo wiganye abami ba Isirayeli+, utuma ababa mu Buyuda n’i Yeruzalemu bahemukira Imana basenga izindi mana*+, nk’uko abo mu muryango wa Ahabu babigira+. Warishe na benewanyu+ bo mu rugo rwa so kandi bari intore kukurusha.
13 Mugabo wiganye abami ba Isirayeli+, utuma ababa mu Buyuda n’i Yeruzalemu bahemukira Imana basenga izindi mana*+, nk’uko abo mu muryango wa Ahabu babigira+. Warishe na benewanyu+ bo mu rugo rwa so kandi bari intore kukurusha.