2 Ngoma 22:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Aho Yehu atanguriye gushira mu ngiro urubanza rwaciriwe umuryango wa Ahabu, yahuye n’abatware bo mu Buyuda be n’abahungwabo* na Ahaziya, bakaba bakorera Ahaziya, maze arabica+.
8 Aho Yehu atanguriye gushira mu ngiro urubanza rwaciriwe umuryango wa Ahabu, yahuye n’abatware bo mu Buyuda be n’abahungwabo* na Ahaziya, bakaba bakorera Ahaziya, maze arabica+.