-
2 Ngoma 22:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Aca arondera Ahaziya. Bamusanze aho yari yinyegeje i Samariya, baramufata baraheza bamuzanira Yehu. Baca baramwica maze baramuhamba+, kuko bavuze bati: «Ni umwuzukuru wa Yehoshafati, umwami yakoreye* Yehova n’umutima wiwe wose+.» Nta muntu n’umwe wo mu muryango wa Ahaziya yari ashoboye kuganza ari umwami.
-