-
2 Ngoma 22:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Ariko Yehoshabeyati umukobwa w’umwami atora mu mpisho* Yehowasi+ mwene Ahaziya, amukura mu bahungu b’umwami bagira bicwe. Aja kumunyegeza we n’umurezi wiwe mu cumba kimwe. Yehoshabeyati umukobwa w’umwami Yehoramu+ yagumye anyegeje uwo muhungu ku buryo Ataliya atashoboye kumubona ngo amwice+. (Yehoshabeyati yari umugore w’umuherezi Yehoyada+ akaba na mushiki wa Ahaziya.)
-