2 Ngoma 23:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 ishengero ryose rigirana isezerano+ n’umwami mu nzu y’Imana y’ukuri, hanyuma Yehoyada ababwira ati: «Umuhungu w’umwami azoganza, nk’uko Yehova yabisezeranye ku biraba abahungu ba Dawidi+.
3 ishengero ryose rigirana isezerano+ n’umwami mu nzu y’Imana y’ukuri, hanyuma Yehoyada ababwira ati: «Umuhungu w’umwami azoganza, nk’uko Yehova yabisezeranye ku biraba abahungu ba Dawidi+.