2 Ngoma 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 umugwi ugira kabiri uzoba uri ku nzu* y’umwami+, uwa gatatu na wo uzoba uri kw’irembo ry’umushinge. Abandi bantu bose bazoba bari mu bigo vy’inzu ya Yehova+.
5 umugwi ugira kabiri uzoba uri ku nzu* y’umwami+, uwa gatatu na wo uzoba uri kw’irembo ry’umushinge. Abandi bantu bose bazoba bari mu bigo vy’inzu ya Yehova+.