2 Ngoma 23:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ntihaze hagire n’umwe mwemerera kwinjira mu nzu ya Yehova atari abaherezi n’Abalewi bazoba bari ku gikorwa+. Abo ni bo bazokwinjira, kuko umugwi wabo ari mweranda. Abandi bantu bose bazokora ivyo basabwa na Yehova.
6 Ntihaze hagire n’umwe mwemerera kwinjira mu nzu ya Yehova atari abaherezi n’Abalewi bazoba bari ku gikorwa+. Abo ni bo bazokwinjira, kuko umugwi wabo ari mweranda. Abandi bantu bose bazokora ivyo basabwa na Yehova.