2 Ngoma 23:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umuherezi Yehoyada aca aha ba bakuru b’abasoda 100+ amacumu, inkinzo ntonto* n’inkinzo z’umuzingi vyahora ari ivy’umwami Dawidi+, bikaba vyari bibitse mu nzu y’Imana y’ukuri+.
9 Umuherezi Yehoyada aca aha ba bakuru b’abasoda 100+ amacumu, inkinzo ntonto* n’inkinzo z’umuzingi vyahora ari ivy’umwami Dawidi+, bikaba vyari bibitse mu nzu y’Imana y’ukuri+.