2 Ngoma 23:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Baca baramufata baramujana. Bashitse ku kirimba* kw’irembo ry’amafarasi, baca bamwiciraho.