2 Ngoma 23:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aca akoranya abakuru batwara abasoda 100+, abanyacubahiro, abategetsi n’abanyagihugu bose, maze baherekeza umwami bamukuye ku nzu ya Yehova bamushikana ku kirimba baciye kw’irembo rya ruguru. Baraheza bamwicarika ku ntebe y’ubwami+.
20 Aca akoranya abakuru batwara abasoda 100+, abanyacubahiro, abategetsi n’abanyagihugu bose, maze baherekeza umwami bamukuye ku nzu ya Yehova bamushikana ku kirimba baciye kw’irembo rya ruguru. Baraheza bamwicarika ku ntebe y’ubwami+.