2 Ngoma 24:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nuko akoraniriza hamwe abaherezi n’Abalewi, ababwira ati: «Nimuje mu bisagara vy’Ubuyuda, mwegeranye amahera yo gusanasana inzu y’Imana+ yanyu ku mwaka ku mwaka, muyakuye mu Bisirayeli bose, kandi mubinyarutse.» Mugabo abaherezi ntibanyarutsa+.
5 Nuko akoraniriza hamwe abaherezi n’Abalewi, ababwira ati: «Nimuje mu bisagara vy’Ubuyuda, mwegeranye amahera yo gusanasana inzu y’Imana+ yanyu ku mwaka ku mwaka, muyakuye mu Bisirayeli bose, kandi mubinyarutse.» Mugabo abaherezi ntibanyarutsa+.