-
2 Ngoma 24:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Umwami atumako rero Yehoyada umukuru w’abaherezi, amubwira ati+: «Kubera iki utasavye Abalewi ngo bazane ikori ryeranda ryashinzwe na Musa+ wa musavyi wa Yehova barikuye mu Buyuda n’i Yeruzalemu? Kubera iki utabasavye ngo bazane iryo kori ryeranda ritangwa n’ishengero rya Isirayeli ku bw’ihema ririmwo isandugu y’isezerano*+?
-