2 Ngoma 24:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Yehoyada amaze gusaza cane*, yahavuye apfa. Yari afise imyaka 130.