2 Ngoma 24:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umwami Yehowasi yaribagiye ivyiza yakorewe na Yehoyada* se wa Zakariya, yica uwo muhungu wiwe. Ariko aracikana yavuze ati: «Yehova abirabe, aze abiguhanire+.»
22 Umwami Yehowasi yaribagiye ivyiza yakorewe na Yehoyada* se wa Zakariya, yica uwo muhungu wiwe. Ariko aracikana yavuze ati: «Yehova abirabe, aze abiguhanire+.»