2 Ngoma 24:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Naho abo basoda b’Abasiriya bateye ari bake, Yehova yarabafashije gutsinda ingabo nyinshi cane+, kubera ko abantu bo mu Buyuda bari barahevye Yehova Imana ya ba sekuruza. Nuko bashitsa* kuri Yehowasi urubanza yaciriwe.
24 Naho abo basoda b’Abasiriya bateye ari bake, Yehova yarabafashije gutsinda ingabo nyinshi cane+, kubera ko abantu bo mu Buyuda bari barahevye Yehova Imana ya ba sekuruza. Nuko bashitsa* kuri Yehowasi urubanza yaciriwe.