2 Ngoma 26:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umwami Uziya yagumye arwaye imibembe gushika apfuye. Yagumye aba mu nzu ya wenyene kubera iyo mibembe+. Ntiyari yemerewe kuja mu nzu ya Yehova. Umuhungu wiwe Yotamu ni we yaraba ivyo ku kirimba*, agatunganiriza abanyagihugu+.
21 Umwami Uziya yagumye arwaye imibembe gushika apfuye. Yagumye aba mu nzu ya wenyene kubera iyo mibembe+. Ntiyari yemerewe kuja mu nzu ya Yehova. Umuhungu wiwe Yotamu ni we yaraba ivyo ku kirimba*, agatunganiriza abanyagihugu+.