2 Ngoma 26:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Maze Uziya arapfa, bamuhamba hamwe na ba sekuruza. Mugabo bamushize ukwiwe mw’itongo bahambamwo abami, kuko bavuga bati: «Ni umunyamibembe.» Umuhungu wiwe Yotamu+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.
23 Maze Uziya arapfa, bamuhamba hamwe na ba sekuruza. Mugabo bamushize ukwiwe mw’itongo bahambamwo abami, kuko bavuga bati: «Ni umunyamibembe.» Umuhungu wiwe Yotamu+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.