2 Ngoma 27:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yagumye akora ivyo Yehova abona ko bigororotse cokimwe na se Uziya+, uretse ko we atinjiye aho adafitiye uburenganzira mu rusengero rwa Yehova+. Ariko abantu bari bagikora ibibi.
2 Yagumye akora ivyo Yehova abona ko bigororotse cokimwe na se Uziya+, uretse ko we atinjiye aho adafitiye uburenganzira mu rusengero rwa Yehova+. Ariko abantu bari bagikora ibibi.