5 Yararwanye n’umwami w’Abamoni+ arateba arabatsinda. Ni co gituma muri uwo mwaka Abamoni bamuhaye italanto 100 z’ifeza, ingero 10.000 zitwa koro z’ingano n’ingero 10.000 zitwa koro za sayiri. Mu mwaka ugira kabiri no mu wugira gatatu, bamuhaye nk’ivyo nyene+.