2 Ngoma 28:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yagumye kandi aja mu bibanza vyo gusengeramwo*+, ku mirambi no munsi y’ibiti bitotahaye vyose+, akahatangira ibimazi bigafumba umwotsi.
4 Yagumye kandi aja mu bibanza vyo gusengeramwo*+, ku mirambi no munsi y’ibiti bitotahaye vyose+, akahatangira ibimazi bigafumba umwotsi.