2 Ngoma 28:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umurwanyi wo muri Efurayimu yitwa Zikiri na we yishe Mayaseya umuhungu w’umwami, yica n’uwari ajejwe ivyo ku kirimba* yitwa Azirikamu na Elikana uwagira kabiri havuye umwami.
7 Umurwanyi wo muri Efurayimu yitwa Zikiri na we yishe Mayaseya umuhungu w’umwami, yica n’uwari ajejwe ivyo ku kirimba* yitwa Azirikamu na Elikana uwagira kabiri havuye umwami.