2 Ngoma 28:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 N’ikindi kandi Abisirayeli barafashe benewabo bo mu Buyuda 200.000, babagira imbohe. Harimwo abagore, abahungu n’abakobwa. Vyongeye, barasahuye ibintu vyinshi cane hanyuma babijana i Samariya+.
8 N’ikindi kandi Abisirayeli barafashe benewabo bo mu Buyuda 200.000, babagira imbohe. Harimwo abagore, abahungu n’abakobwa. Vyongeye, barasahuye ibintu vyinshi cane hanyuma babijana i Samariya+.