-
2 Ngoma 28:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Abagabo bari batowe* bafata izo mbohe, maze abari gusa bose babaha impuzu bazikuye mu vyari vyasahuwe. Nuko barabambika, babaha ibirato*, ivyo barya n’ivyo banywa n’amavuta yo kwisiga. Vyongeye, abafise intege nke bose babatwara ku ndogobwa maze babajana muri benewabo i Yeriko ca gisagara c’ibigazi, hanyuma basubira i Samariya.
-