2 Ngoma 28:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Vyagenze ukwo naho Ahazi yakokoye inzu ya Yehova n’inzu* y’umwami+ n’iz’abatware, ivyariyo akabiha umwami wa Ashuri. Mugabo nta co vyamumariye.
21 Vyagenze ukwo naho Ahazi yakokoye inzu ya Yehova n’inzu* y’umwami+ n’iz’abatware, ivyariyo akabiha umwami wa Ashuri. Mugabo nta co vyamumariye.