2 Ngoma 28:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nuko Ahazi arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Yeruzalemu, ariko ntibamushira aho bahamba abami ba Isirayeli+. Umuhungu wiwe Hezekiya atangura kuganza mu kibanza ciwe.
27 Nuko Ahazi arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Yeruzalemu, ariko ntibamushira aho bahamba abami ba Isirayeli+. Umuhungu wiwe Hezekiya atangura kuganza mu kibanza ciwe.