2 Ngoma 29:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ni co gituma Yehova yashavuriye abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu+, akabateza ivyago ku buryo ababitegereza bajorerwa bakumirwa, bakavuza agahwa*, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu+.
8 Ni co gituma Yehova yashavuriye abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu+, akabateza ivyago ku buryo ababitegereza bajorerwa bakumirwa, bakavuza agahwa*, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu+.