2 Ngoma 29:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bana banje, ubu si igihe co kwiraramira*, kuko Yehova yabatoye ngo muhagarare imbere yiwe kugira ngo mumukorere+, mumushikanire n’ibimazi+, bifumbe umwotsi.»
11 Bana banje, ubu si igihe co kwiraramira*, kuko Yehova yabatoye ngo muhagarare imbere yiwe kugira ngo mumukorere+, mumushikanire n’ibimazi+, bifumbe umwotsi.»