2 Ngoma 29:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Batanguye kweza urusengero ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere, maze ku musi ugira umunani w’ukwo kwezi bashika kw’ibaraza rya Yehova+. Bamaze imisi umunani beza inzu ya Yehova, barangiza ku musi ugira 16 w’ukwezi kwa mbere.
17 Batanguye kweza urusengero ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere, maze ku musi ugira umunani w’ukwo kwezi bashika kw’ibaraza rya Yehova+. Bamaze imisi umunani beza inzu ya Yehova, barangiza ku musi ugira 16 w’ukwezi kwa mbere.