2 Ngoma 29:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bakerera izo nka+ maze abaherezi bafata amaraso yazo bayamijagira ku gicaniro+. Hanyuma bakerera impfizi z’intama, bamijagira amaraso yazo ku gicaniro. Bakerera na ya myagazi y’intama y’amasuguru, bamijagira amaraso yayo ku gicaniro.
22 Bakerera izo nka+ maze abaherezi bafata amaraso yazo bayamijagira ku gicaniro+. Hanyuma bakerera impfizi z’intama, bamijagira amaraso yazo ku gicaniro. Bakerera na ya myagazi y’intama y’amasuguru, bamijagira amaraso yayo ku gicaniro.