2 Ngoma 29:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Amashikanwa aturirwa ishengero ryazanye yari agizwe n’inka 70, impfizi z’intama 100 n’imyagazi y’intama 200 y’amasuguru. Ivyo vyose vyatanzwe nk’ishikanwa riturirwa rihabwa Yehova+.
32 Amashikanwa aturirwa ishengero ryazanye yari agizwe n’inka 70, impfizi z’intama 100 n’imyagazi y’intama 200 y’amasuguru. Ivyo vyose vyatanzwe nk’ishikanwa riturirwa rihabwa Yehova+.