2 Ngoma 29:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 N’ikindi kandi, hariho amashikanwa aturirwa menshi+, ibihimba binuze vy’ibimazi vyo gusangira+ n’amashikanwa y’ikinyobwa ajana n’amashikanwa aturirwa+. Ukwo ni ko igikorwa co ku nzu ya Yehova casubijweho*.
35 N’ikindi kandi, hariho amashikanwa aturirwa menshi+, ibihimba binuze vy’ibimazi vyo gusangira+ n’amashikanwa y’ikinyobwa ajana n’amashikanwa aturirwa+. Ukwo ni ko igikorwa co ku nzu ya Yehova casubijweho*.