2 Ngoma 30:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ntimube nka ba sogokuruza banyu na benewanyu bahemukiye Yehova Imana ya ba sekuruza, bigatuma abateza ivyago ku buryo ababitegereza bajorerwa, nk’uko muvyibonera+.
7 Ntimube nka ba sogokuruza banyu na benewanyu bahemukiye Yehova Imana ya ba sekuruza, bigatuma abateza ivyago ku buryo ababitegereza bajorerwa, nk’uko muvyibonera+.