2 Ngoma 30:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Imana y’ukuri yarafashije kandi abo mu Buyuda bahuza inama*, kugira bakurikize ivyo umwami n’abatware bari bategetse bivuye kuri Yehova.
12 Imana y’ukuri yarafashije kandi abo mu Buyuda bahuza inama*, kugira bakurikize ivyo umwami n’abatware bari bategetse bivuye kuri Yehova.