-
2 Ngoma 30:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Maze bakerera ibitungwa vy’ikimazi ca Pasika ku musi ugira 14 w’ukwezi kugira kabiri. Abaherezi n’Abalewi baramaramaye bituma biyeza, bazana amashikanwa aturirwa ku nzu ya Yehova.
-