2 Ngoma 30:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kubera ko muri iryo shengero ryari ng’aho hari benshi batari biyejeje, Abalewi bahawe igikorwa co gukerera ibitungwa vy’ikimazi ca Pasika ku bw’abari bahumanye bose+ kugira ngo babeze, Yehova abone ko ari beranda.
17 Kubera ko muri iryo shengero ryari ng’aho hari benshi batari biyejeje, Abalewi bahawe igikorwa co gukerera ibitungwa vy’ikimazi ca Pasika ku bw’abari bahumanye bose+ kugira ngo babeze, Yehova abone ko ari beranda.