2 Ngoma 30:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hezekiya umwami w’Ubuyuda aterera impfizi z’inka 1.000, aterera n’intama 7.000 ku bw’ishengero, abatware na bo baterera impfizi z’inka 1.000 be n’intama 10.000+. Nayo abaherezi baguma biyeza ku bwinshi+.
24 Hezekiya umwami w’Ubuyuda aterera impfizi z’inka 1.000, aterera n’intama 7.000 ku bw’ishengero, abatware na bo baterera impfizi z’inka 1.000 be n’intama 10.000+. Nayo abaherezi baguma biyeza ku bwinshi+.