2 Ngoma 32:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 We afise inkomezi z’abantu buntu*, mugabo twebwe dufise Yehova Imana yacu adufasha kandi akaturwanira mu ntambara+.» Nuko abantu baremeshwa n’ayo majambo ya Hezekiya umwami w’Ubuyuda+.
8 We afise inkomezi z’abantu buntu*, mugabo twebwe dufise Yehova Imana yacu adufasha kandi akaturwanira mu ntambara+.» Nuko abantu baremeshwa n’ayo majambo ya Hezekiya umwami w’Ubuyuda+.