2 Ngoma 32:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mbega ntimuzi ivyo jewe na ba sogokuruza banje twakoreye abantu bo mu bindi bihugu+? Mbega imana z’ayo mahanga zoba zarashoboye kuyakingira ngo sindayatsinde+?
13 Mbega ntimuzi ivyo jewe na ba sogokuruza banje twakoreye abantu bo mu bindi bihugu+? Mbega imana z’ayo mahanga zoba zarashoboye kuyakingira ngo sindayatsinde+?