2 Ngoma 32:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Maze abantu benshi bazanira ingabire Yehova i Yeruzalemu, bazanira n’ibintu vyizavyiza Hezekiya umwami w’Ubuyuda+, asigara yubahwa cane mu mahanga yose.
23 Maze abantu benshi bazanira ingabire Yehova i Yeruzalemu, bazanira n’ibintu vyizavyiza Hezekiya umwami w’Ubuyuda+, asigara yubahwa cane mu mahanga yose.