-
2 Ngoma 32:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Mugabo Hezekiya ntiyerekanye ko ashima ivyiza yagiriwe, kuko umutima wiwe wagize ubwibone bigatuma Imana imushavurira, igashavurira n’Ubuyuda na Yeruzalemu.
-