2 Ngoma 32:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nuko Hezekiya agira ubutunzi bwinshi cane n’icubahiro cinshi cane+. Yiyubakira ibigega vyo kubikamwo+ ifeza, inzahabu, amabuye y’agaciro, amavuta amota neza*, inkinzo n’ibindi bintu vyizavyiza vyose.
27 Nuko Hezekiya agira ubutunzi bwinshi cane n’icubahiro cinshi cane+. Yiyubakira ibigega vyo kubikamwo+ ifeza, inzahabu, amabuye y’agaciro, amavuta amota neza*, inkinzo n’ibindi bintu vyizavyiza vyose.