-
2 Ngoma 32:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Yubaka n’ibigega vyo kubikamwo umwimbu w’intete, umuvinyu mushasha n’amavuta. Yubaka n’impongore z’ubwoko bwose bw’ibitungwa bininibinini na bitobito.
-