-
2 Ngoma 35:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Hanyuma abwira Abalewi, abari bajejwe kwigisha muri Isirayeli yose+, bakaba kandi bari beranda imbere ya Yehova ati: «Nimushire isandugu nyeranda mu nzu Salomo mwene Dawidi umwami wa Isirayeli yubatse+. Ntibigikenewe ko muyirerura ku bitugu+. Ubu rero nimukorere Yehova Imana yanyu n’abantu biwe b’Abisirayeli.
-