2 Ngoma 35:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bakerera ibitungwa vy’ikimazi ca Pasika+, maze abaherezi bamijagira ku gicaniro amaraso bahawe n’Abalewi+. Ico gihe, Abalewi bariko bakura inshato ku bitungwa+.
11 Bakerera ibitungwa vy’ikimazi ca Pasika+, maze abaherezi bamijagira ku gicaniro amaraso bahawe n’Abalewi+. Ico gihe, Abalewi bariko bakura inshato ku bitungwa+.